22.2 C
Bujumbura
Sunday, October 17, 2021

Most popular articles

Margarite Barankitse asaba Reverien Ndikuriyo guhagarika kunyaga inyubakwa z-ikigo Maison Shalom.

Ibigo vy--ikigo Maison shalom biri mu ntara ya Ruyigi  nivyo umunyamabanga mukuru w-umugambwe CNDD-FDD yaraye yuguruye icese ko bigiye gucumbikira urwaruka ruhurikiye ishirahamwe ry-umupira...

Uburundi ntiburagera gushika ubu kwitwa igihugu cubakiye ku mategeko-Doudou Diène

Umurwi w-ishirahamwe mpuzamakungu ONU ujejwe gukora amatohoza ku Burundi umenyesha ko nubu agateka ka zina muntu kabandanije guhungabanywa mu Burundi kuva umukuru w-igihugu Varisito...

Inyuma ya ONATEL, COGERCO imenyesha ko nayone yahomvye.

Ishirahamwe ririma rikongera rigahingura umwimbu w-ipama COGERCO rimenyesha ko rikora rihomba haraheze imyaka cumi. Iryo shirahamwe Leta ikaba irifisemwo umutahe ku bice 100 kw-ijana,...

Abarundi bifise bagizwe n-abategetsi bo hejuru baricandagishije Covid-19 muri Ambasade ya Kenya mu Burundi.

Kuri uyu wa kane, ubuserukizi bw-igihugu ca Kenya mu Burundi bwaracandaze abantu  bo mw-ico gihugu basanzwe baba i Bujumbura.  Abanyagihugu bava muri Afrika y-uburengero...

Perezida Ndayishimiye agiye kwakira imanza zose zacitse ariko zigaragaramwo akarenganyo.

Umukuru w-igihugu c-uburundi agiye kwakira imanza zose zacitse ariko zigaragaramwo akarenganyo zitakigira iyungururizo. Nkuko bivurwa n-umuvugizi w-umukuru w-igihugu Evelyne Butoyi , ivyo bizokorwa mu...

Imanza n-imisi mikuru bigiye kuba ku misi ya gatandatu niy-uw-Imana gusa ku mvo zo gukinga Covid-19.

Mu ntumbero yo kugabanya umuvuduko munini w-ikiza ca Covid-19 uriko uribonekeza mu gihugu, Imanza hamwe n-iyindi misi mikuru bihuza abantu benshi  bigiye kuza bikorwa...

Mu ntumbero yo kugabanya umuvuduko munini w-ikiza ca Covid-19 uriko uribonekeza mu gihugu, Imanza hamwe n-iyindi misi mikuru bihuza abantu benshi  bigiye kuza bikorwa...

Gitega: Igitero ca gerenade cahitanye abantu babiri hamwe n-abandi benshi bakomeretse.

Abantu bagera kuri babiri bishwe mu gitero ca gerenade  cakozwe mw-ijoro ryo kuri uyu w-Imana ku murwa mukuru wa politike Gitega. Abandi bantu bataramenyekana...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments