22.2 C
Bujumbura
Sunday, September 19, 2021

Most popular articles

Umukuru w-igihugu c-uburundi asaba ko abarundi batoterwa ubwoba na rusansuma rwimirije rwo mu 2022.

Umukuru w-igihugu c-uburundi  asaba ko abarundi batoterwa ubwoba na rusansuma rwimirije mu mwaka uza w-2022 ngo bace bahunga igihugu nkuko vyama vyibonekeza iyo hama...

Umugambwe RANAC usaba CVR gukoresha ubuhinga bwa Carbone14 na ADN kugira uwo murwi wizerwe na bose.

Mu gihe Umurwi w-igihugu ujejwe kuvugana ukuri no kunywanisha abarundi CVR werekana kuri uyu wa gatanu ibinogo rusangi bine vy-abantu bishwe mu 1972, watoye...

Afrika y-Epfo ivuga ko ifise umugambi wo gushiraho pasiporo ya Covid-19.

Umukuru w-igihugu ca Afrika y-Epfo Cyrille Ramaphosa yaraye atangaje ku mboneshakure y-ico gihugu kuri uyu w-Imana  umugambi wo gushiraho pasiporo ya Covid-19, ni mu...

Gelase Ndabirabe yagiriza abarundi bo muri diaspora bahora mu Burundi ko bari mu bazanye ku bwinshi Covid-19.

Umukuru w-inama nshingamateka Daniel-Gelase Ndabirabe asaba abashingamateka kwipimisha ikiza ca Covid-19 n-imiburiburi gatatu mw-iyinga. Daniel-Gelase Ndabirabe atewe ubwoba n-umurindi udasanzwe w-ico kiza kigezeko mu...

Perezida Ndayishimiye yarihiye abarwayi cumi bari mu bitaro mu mafaranga y-umushahara yakase abahanuzi biwe.

Umukuru w-igihugu c-uburundi Varisito Ndayishimiye yarihiye amafaranga y-ibitaro abanyagihugu cumi bakize , munyuma babura ayo kuriha . Ayo mafaranga angana imiriyoni cenda z-amarundi akaba...

Francine Niyonsaba, umunonotsi wa mbere kw-isi anyaruka mu kwiruka imetero 2000.

Mw-ihiganwa ryo kwiruka rya ˮBoris Hanzekovich‟  ryaraye ribereye i Zagreb mu gihugu ca Croatie, Francine Niyonsaba yaraye akoresheje iminota 5 n-amasegonda 21 n-uduce 56 ...

Amande y-ibihumbi ijana kuduga niyo agiye gucibwa abanya Bujumbura batazokwambara udupfukamunwa.

Ihadabu ry-ibihumbi ijana vy-amarundi  ndetse no kuduga niryo rigiye kwakwa uwo wese atambara agapfukamunwa mu makoraniro y-abantu benshi abera mu gisagara ca Bujumbura mu...

Si agaseseshwa rumuri urudandazwa rw-abantu rurahari mu Burundi kandi rukorwa n-inzego za Leta(G.Ndirakobuca)

Umushikiranganji w-intwaro yo hagati mu gihugu n-umutekano mu gihugu aremeza ko mu Burundi habaye urudandazwa rw-abantu bajanwa mu bihugu vy-abarabu . Gervais Ndirakobuca yabivuze...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments