22.2 C
Bujumbura
Sunday, October 17, 2021

Most popular articles

MSD itera akamo Perezida Ndayishimiye gushiraho icuka ciza kugira impunzi zitahuke ku bwinshi.

Umugambwe MSD mw-itangazo wasohoye kuri uyu wa mbere utera akamo umukuru w-igihugu c-uburundi ko yarakwiye gufata ingingo zikwiye zohumuriza impunzi  kugira impunzi zitahuke ku...

Perezida Kagame amenyesha ko ashimishwa n-intambwe yo kuvyura umubano w-uburundi n-urwanda igezweko.

Umukuru w-igihugu c-urwanda Paul Kagame amenyesha ko ashimishwa n-intambwe ibiganiro vyo kuvyura umubano  mwiza hagati y-urwanda n-uburundi  bigezeko inyuma y-imyaka itandatu birabana ay-ingwe. Uwo...

Umushikiranganji w-ubudandaji asigura ko ubukene bw-isima buterwa nuko hariko hubakwa inyubakwa nyishi za Leta.

Umushikiranganji w-ubudandaji n-amahinguriro Capitoline Niyonizigiye aremera ko isima y-ishirahamwe BUCECO yabuze mu gihugu cose, ariko asigura ko ubukene bw-iyo sima buriko buterwa n-inyubakwa nyishi...

Igisirikare ca Congo kivuga ko abantu barashwe n-igisirikare c-uburundi mu kiyaga Tanganyika ari abaco.

Inyuma yaho buramatari w-intara ya Rumonge hamwe n-umuvugizi w-ubushikiranganji bw-umutekano batangarije ko igisirikare kirwanira mu mazi y-ikiyaga Tanganyika mw-ijoro ryo kuwa mbere rishira kuwa...

Tatien Sibomana asaba ko Umurwi CVR ukoresha ubuhinga bugezweho kugira hamenyekane abishwe 1972.

Umunyepolitike Tatien Sibomana asaba ko umurwi ujejwe kumenya ukuri hamwe no kunywanisha abarundi CVR warukwiye kuronderera ukuri abarundi bose ataho uhengamiye. Kubwa Tatien Sibomana,...

Ibitigiri vy-abanduye Covid-19 vyaraduze cane i Bujumbura hamwe no mu bindi bisagara-Dr Thadée Ndikumana.

Mu kiganiro yahaye kuri uyu wa kane abanditsi n-abamenyeshamakuru, Umushikiranganji w-amagara y-abantu hamwe no kurwanya SIDA, umuganga Thadée Ndikumana yamenyeshe ko indwi ya mbere...

Mugamba: Abantu 12 barakomeretse barashwe mu gitero c-abantu bitwaje ibirwanisho.

Umurwi w-abitwaje ibirwanisho utaramenyekana warateze umutego mw-ijoro ryo kuri uyu wa gatandatu kw-ibarabara ry-igihugu rigira indwi RN7 neza na neza ku musozi wa Cogo...

Cibitoke: Abajejwe umutekano hamwe n-imbonerakure bongerejwe cane ku mupaka w-uburundi na Congo.

Kuva ku muhingamo wo kuri uyu wa gatandatu, uruja n-uruza rutari rumenyerewe rw-abasirikare, abapolisi  bitwaje inkoho zikomakomeye hamwe n-imbonerakure  rwaribonekeje ku mupaka w-uburundi na...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments