22.2 C
Bujumbura
Sunday, September 19, 2021

Most popular articles

Itangwa ry-ibirwanisho ku mbonerakure hamwe n-abahoze ku rugamba riteye ubwoba benshi.

Hamaze iminsi mike mu bice bitandukanye vy-igihugu hariko havurwa itangwa ry-ibirwanisho  mu mpisho ku rwaruka rw-imbonerakure hamwe n-abahoze ku rugamba.  Abari inyuma y-iryo tangwa...

Ibitigiri vy-abanduye Covid-19 mu Burundi vyaraye biduze ku rugero rutari rumenyerewe.

Ibitigiri vy-abanduye Covid-19 vyaraye bitowe ku rugero rutari bwaboneke mu Burundi kuva ico kiza kivuzwe ko camaze gushika mu gihugu. Biri mu cegeranyo c-umushikiranganji...

Abashingamateka bo muri CNL batewe ubwoba n-ingingo yo kwakwa abapolisi babacungera.

Abashingamateka bo mu mugambwe CNL bafise amakenga menshi k-umutekano wabo inyuma yaho ubushikiranganji bw-umutekano bufatiye ingingo ko abashingamateka bose batazosubira gucungerwa n-abapolisi bajejwe gucungera...

Amasezerano agenga abarundi baja gukorera mu bihugu vy-abarabu agiye gushirwaho na Leta y-uburundi.

Umushikiranganji w-imigenderanire n-ayandi makungu yamenyesheje mu nama nshikiranganji yakoranye kuri uyu wa gatatu  ko amasezerano ari hagati ya Leta y-uburundi hamwe n-ibindi bihugu cane...

Umuririmvyi w-inararibonye Bahaga aje gusubira kuboneka mu biteramo vyo mu Burundi.

Umuririmvyi Prosper Magloire Christian Martial Burikukiye benshi bazi kw-izina rya Bahaga yaririmvye indirimbo zitarinke z-ikirundi yaraye amenyesheje ko agiye gusubira kuboneka cane mu muziki...

Gabriel Rufyiri avuga ko itunga kama ry-igihugu ritegerezwa gukingirwa ku mugaragaro.

Inyuma yaho ubushikiranganji bw-ubutare n-agataka hamwe n-amasoko ntanga nguvu buhagarikiye ivy-imfatakibanza amashirahamwe amwamwe acukura ubutare, umkuru w-ishirahamwe OLUCOME ryiyemeje kurwanya abarya ibiturire hamwe n-abasesagura...

Ishirahamwe rya Leta ONATEL ryoba ryarahomvye?

Inyuma yaho kuri uwu wa gatatu abakozi b-ishirahamwe rya Leta ryogutumatumanako amakuru ONATEL bahagarikiye akazi mu kiringo c-iminota 30 mu kugaragaza akababaro k-umushahara w-amezi...

Gelase Ndabirabe avuga ko ivy-icumi vyama vyateye impari mu madini bigiye gushirwa muri BRB.

Mu rugendo ariko agira mu ntara ya Cankuzo, umukuru w-inama nshingamateka Daniel Gelase Ndabirabe mu nama yagirishije abarongoye amashengero mw-iyo ntara , yarabagabishije abamenyesha...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments