22.2 C
Bujumbura
Monday, July 26, 2021

Most popular articles

Ikindi kiziga c’umuntu congeye gutorwa mu gisagara ca Bujumbura

Mugihe hamaz'imisi haboneka impfu za giturumbuka ( ku musaga umwe yararashwe, n'i Muyinga ku mukoni kandi bose bakaraswa n' intwazangabo mugisirikare c'Uburundi) Ikiziga c’umuntu w’umugabo...

Umurundi yahawe agashimwe k- umudari w-inzahabu ku nzogaˮ iryoshe cane kw-isi‟

Mw-ihiganwa ry-inzoga nziza ryama riba buri mwaka ritegurwa n-ikigo Monde selection , muri iy-indwi inzoga yengwa n-umurundi John chris Kavakure yatahukanye umudari w-inzahabu w-inzoga...

Abantu bababa 10 harimwo intwazangabo mu gisirikare y-ipete rya colonel bishwe mu gitero cabereye kw-ibarabara rya Muramvya-Bujumbura.

Hari ku mugoroba wo kuruwu w-Imana igenekerezo rya 9 Rusama  kw-ibarabara rya Muramvya- Bujumbura urenganye neza ku Mubarazi hafi ya Croix-rouge aho umurwi munini...

Umurundi Leonce Ndikumana yahawe agashimwe k-abahinga n-abashakashatsi bo kurwego rwo kw-isi.

Umwarimu wa kaminuza ya Massachussets yo muri Leta zunze ubumwe za Amerika, Leonce Ndikumana yahawe agashimwe ka ˮAndew Carnegie fellow‟ gahabwa abashakashatsi  n-abahinga bo...

Polisi Yashwiragije Abanya Kenya bari mu myiyerekano yo kwiyamiriza ivyo Isirayeli ikorera Gaza.

Abantu benshi bariko bagira imyiyerekano ku murwa mukuru wa Kenya, uno musi ku wa kane biyamiriza ibitero vya Israyeli mu ntara y’Abanyapalestina ya Gaza. Iyo...

Komine Kirundo yoba yinjiye mu bihe bidasanzwe nk-ivy-igihugu kiri mu ntambara?

Kuva kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 2 Ruheshi uy-umwaka,haheruka gufatwa muri komine Kirundo ingingo zitari nke kandi zikomakomeye mu nama y-umutekano yagirishijwe na...

Perezida Ndayishimiye yongeye kwisubirako mu gusaba abagize Leta kwerekana ubutunzi bafise.

Mw-itangazo ry-inama nshikiranganji yakoranye kuwa 9 Ruheshi uy-umwaka ku murwa mukuru wa politike I Gitega, umuvugizi  wa Leta akaba ari nawe yasomye ivyizwe mw-iyo...

Ku biriko bisabwa uburundi, Albert Shingiro avuga ko ubumwe bwa buraya budafise ivyo bwobigisha.

Inyuma yaho hasubiriye kutunganywa uwundi muce ugira gatatu w-ibiganiro bihuza Leta y-uburundi hamwe n-abaserukira umuryango w-ubumwe bwa buraya I Burundi mu ntumbero  yo gukurako...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments