22.2 C
Bujumbura
Friday, June 25, 2021

Most popular articles

Abantu 5 bahagaritswe mu Buganda imbere y-uko bagire baje kundandaza abarundikazi 30 mu bihugu vy-abarabu.

Nkuko bimenyeshwa n-ikinyamakuru co mu gihugu ca Uganda The observer,nuko igipolisi ca Uganda cahagaritse abantu batanu bagirizwa urudandazwa rw-abantu  bakabatwara mu bihugu vy-abarabu. Umwe murabo...

Aborozi b’inzuki barageramiwe mu ntara ya karusi

 Inzuki zari mu bitiba (imizinga) 7 vy'ishirahamwe "Club Ziradaha", biri mu gikumba ca paruwasi Gitaramuka, ku mugwa mukuru wa komine Gitaramuka basanze zapfuye mu...

Abateshejwe izabo n’iduga ry’amazi ya Tanganyika mu Rumonge baronkejwe imfashanyo.

Imfashanyo y'imfungurwa, ibikoresho vyo kwifuka, ivyo gukinjika hamwe n'ivyo kuvoma no gushinguramwo amazi yatanzwe ku miryango 234 yimuwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika muri komine...

Alexis Nsabimana, umunyagihugu yaraherutse gusohoka ibohero kubw-ikigongwe c-umukuru w-igihugu yarabuzwe irengero.

Inyuma yaho kuru wambere mw-ibohero rikuru rya Mpimba harekuriwe abanyororo batari bake kubw-ikigongwe c-umukuru w-igihugu Evariste Ndayishimiye, Alexis Nsabimana yari murabo barekuwe  ntiyahavuye agira...

Itegeko rishasha rigiye gukingira abubatsi n’abafasha babo.

Itegeko rishasha rigenga amashirahamwe y’ubwishingizi canke yo gutegekaniriza impanuka (assurance) mu Burundi rivuga ko abubakisha amazu bategerezwa kubanza kwandikisha abakozi babo (maçons et aide-maçons)...

Igisirikare c-uburundi kirabeshuza amakuru avuga ko abaheruka kugira igitero mu Rwanda baje baturuka k-ubutaka bw-uburundi.

Inyuma yaho igisirikare c-u Rwanda kimenyeshereje ko mw-ijoro ryo kuwa 23 rishira iryo kuwa 24 Rusama uy-umwaka catewe mu nyuma kikivuna bamwe mu barwanyi...

Cibitoke-Mabayi: Umutego w-abitwaje ibirwanisho bavuga ikinyarwanda wakomerekeje cane abasirikare b-uburundi bane.

Kubw-amakuru yo kwizera aturuka mu gisirikare c-uburundi kisanzwe kikorera muri komine Mabayi, atumenyesha ko abasirikare bagera kuri bane ari baraye bakomerekeye cane kuri uwu...

Germain Rukuki yagabanijwe igihano yari yaraciriwe

Inyuma yo gukatirwa gufungwa imyaka 32 yagirizwa ku caha co guhungabanya umutekano w-igihugu no kugarariza inzego, Germain Ruki  yaciriwe igihano c-umunyororo w-umwaka umwe na...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments