22.2 C
Bujumbura
Sunday, April 18, 2021

Most popular articles

Gervais Ndirakobuca yiteguriye kurwanya abarya ibiturire

Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterembere rusangi n'umutekano w'igihigu, Gervais Ndirakobuca, atazirwa Ndakugarika, yaraye akuriye inkoni ku gishitsi abikika mu kiza mu kwaka...

Urwanda ruragiriza abasoda ba Ouganda kwinjira kubutaka bw’Urwanda

Ivyo bivugwa n’umushikiranganji w’Urwanda ajejwe imigenderanire, Vincent Biruta,mu kiganiro yakoresheje n’abamenyeshamakuru itariki 12 myandagaro. Abasirikare b’igihugu ca Ouganda bitwa  Forces de défense du Peuple...

‘Uburundi ntibwerekana ugushaka ukubana neza natwe’, Paul Kagame

Mu kiganiro umukuru w'igihugu c'Urwanda, Paul Kagame yavugiye kw'iradiyo hamwe no ku mbuga ngurukana bumenyi, yashize ahabona uko imigenderanire nawe n'ibindi bihugu yifashe. Ku Bijanye...

Ubugeni bwa Olivier( imyaka 27) na Jacqueline (imyaka 57 ans) burateye impari i Bujumbura

Urwo rubanza rwari rwashingishijwe n’abanyinabo na Ingenieur Olivier Iribagiza, afise imyaka 27, ashaka kubakana na Ndikumagenge Jacqueline, afise imyaka 57. Aba banyinabo na Olivier...

Buramatari w’intara ya Gitega yabujije ababuriye kw’ishure Lycée Kibimba kunamira ababo. Mwiyumvira ko baburijwe iki ?

Ivyo bikaba bibaye ubwambere aho abavyeyi bababuze ababo kw’ishure ryo mu Kibimba iri muri komine Giheta. Abanyeshure bashika 150 bomu bwoko bw’abatusti bakaba baciye...

Prezida Ndayishimiye asaba abarundi kwongereza umurindi wo gukora kumusi w’umurwanyi

Ivyo yabivugiye ku ngoro nkuru y’umugambwe CNDD-FDD asanzwe akomokamwo aho uwo mugambwe uriko uhimbaza umusi w’umurwanyi. Ico gikorwa kikazomara imisi itanu kuva itariki 16...

‘Isomero’ ryo mu ntara ya Bubanza ryavugishije abatari bake. Reta nkozi irihe?

Abatari bake bariko bagira ico bavuze kw'isomero riri mu ntara ya Bubanza ryaguruwe n'umuyaga gushika yaho reta mvyeyi na nkozi biboneka ko baryibagiye. Nk'uko biboneka...

Imitego y’abitwaje inkoho yagwiriye kw’ibarabara rya RN7

Umutego w’abitwaje ibigwanisho warabaye mw’ijoro ryo 30 rishira irya 31 kigarama 2020 kw’ibarabara ryiswe RN7. Aho akaba ari muri komine Mugongo-Manga, umusozi Majombe. Ico...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments