22.2 C
Bujumbura
Friday, March 5, 2021

Most popular articles

Umukuru w’Inama nshingamateka yakombowe muri Congo Kinshasa

Ivyo vyabaye ejo mu gisagara ca Kinshasa mu ngoro y’amakoraniro y’abashingamateka. Abashingamateka bashika 281 kuri 500 nibo batoye kuyo mupfasoni yararongoye inama nshingamateka ya...

Abagwayi ba coronavirus bageze kuri 140 m’Uburundi

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya Sida, Muganga Thaddée Ndikumana, kur’uyu wa mbere. Aho ni mugihe abantu bashika 5.300 bapimwe bakaba bari...

 Amashirahamwe BRARUDI na AFRITEXTILE ariko aragabanya abakozi. Mwibaza ko biva kuki ?

Nkuko amakuru ava murayo mashirahamwe abivuga abakozi barenga ijana barashizwe mw’ikonje murayo mashihamwe akomeye m’Uburundi. Ishirahamwe AFRITEXTILE rikora ibitenge rikaba ryashize abakozi baryo mw’ibarabara...

Umugambwe RDB wavuye mu runani CNARED.

Urunani rw'abatavuga rumwe na leta y'i Bujumbura, CNARED, ruriko rubona abanywanyi barwo baruvamwo biturutse ku kutabona ibintu kumwe mu barurimwo.

Ruyigi : Umwana w’imyaka umunani yishwe atemagujwe umupanga

Umwana umwe niwe yapfuye atemagujwe umupanga ku musozi Nyamugari, komine Butaganzwa, intara ya Ruyigi, mu gitero cakozwe n’umuntu ataramenyekana ku rugo rw’umugore azwi kw’izina...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

‘Kwugara amazu yo kuvunja amafaranga y’agaciro vyongereza ingorane’, Faustin Ndikumana

Umuhinga yigenga ajejwe kuraba uko amatunga ya leta agsesagurwa hamwe nuko yokingwa, Faustin Ndikumana, yavuye mu gacerere aravuga ku bijanye n'ingingo ya leta yo...

Abarundi ngo boba barajwe ishinga n’amatora kurusha Coronavirus?

Hari amakuru ariko acanacanako amenyesha ko mu Burundi ata kintu kinini kiriko kirakorwa kugira ngo hakingwe umugera wa Coronavirus ahubwo ko Abarundi barajwe ishinga...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments