Harateguwe imyiyerekano ku musi wa mungu hamwe ikoraniro kamenuza rya CNDD FDD ryo ku musi wa gatandatu ryotanga Nkurunziza nk’uwuwuserukira mu matora y’umukuru w’igihugu.
Hasigaye...
Abategetsi bo mu ntara ya Sud Kivu mu gihugu kibanyi n'Uburundi, Congo, bamenyesheje ko abasirikare bava mu gihugu c'Uburundi hamwe no mu Rwanda babandanya...
Iyo ngingo ikaba yafashwe na Leta zunze ubumwe za Amerika kur’uyu wagatanu ivuye yuko Uburundi bwanse kwakira abarundi birukanywe murico gihugu ca Amerika. Ariko...
Mw'ijambo umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye yashikirije ko agiye gushiraho agasandugu k'ibirego n'ivyiyumviro kuri buri komine mu ntumbero yo kurwanya ibiturire.
Muvyo Ndayishimiye yavuze, ako gasandugu...
Amakuru yashikiriye itangazamakuru ry'Abongereza ariryo Reuters amenyesha ko mu gitero cabaye mu ntara ya Rumonge muri komine Bugarama cahitanye abantu bashika kuri 16.
Nk'uko Reuters...
Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...
Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene.
Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...
Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....
Recent Comments