22.2 C
Bujumbura
Saturday, November 28, 2020

Most popular articles

Ibimenyetso vyerekana ko Evariste Ndayishimiye azokwimikwa vuba cane

Ibimenyetso vyerekana ko Evariste Ndayishimiye azokwimikwa vuba cane nko mu ndwi iza nk'uko amakuru ashikira UBM News abivuga. Uyu musi wa kane i Bujumbura habaye...

Ikibazo ca Leta( Exetat) ku banyeshure barangije amashure yisumbuye kizokorwa ku wa 28 Mukakaro 2020

Mw'itangazo ryashizwe ahabona n'Ubushikiranganji bw'amashure matomato, ayisumbuye hamwe n'aya kaminuza, ryamenyesheje ko ikibazo ca leta ico bita Exetat ku banyeshure barabgije amashure yisumbuye kizotangura...

Leta y’Uburundi iragiriza Marguerite Barankitse kwankira impunzi guhunguka

Ivyi biri mwitangazo ryasohowe na Prosper Ntahorwamiye, umuvugizi wa Leta y’Uburundi mu ndwi iheze. Mur’iryo tangazo umuvugizi wa Leta y’Uburundi yasavye ishirahamwe mpuzamakungu HCR...

Ezechiel Nibigira ahamagarira Imbonerakure gucungera umutekano

Ivyo yabivugiye mu ntara ya Kayanza mugihe umugambwe CNDD-FDD uri kubutegesti m’Uburundi wariko urahimbaza umusi wahariwe imbonerakure kur’uyu wa gatandatu. Igikorwa gikorwa n’uyo mugambwa...

Inama hagati y’Uburundi, Kongo, Urwanda, Uganda na Angola yimirije kuba biciye kuri Internet

Inyuma y'aho Inama hagati y'Uburundi, Kongo, Urwanda, Uganda na Angola yigirijwe inyuma kubera Ubrundi bwavuze ko butokwitaba iyo nama 'kubera akazi kenshi', ubu naho...

Ubudasa hagati y’inyubakwa muri ‘Reta mvyeyi’

Mu gihugu c'Uburundi, abaihweza ibintu n'ibindi barabona ubudasa cake itandukanirp rinini cane hagati y'inyubakwa zimwe zimwe zaba iza reta canke izabigenga hamwe n'izindi nyubakwa...

Ibomborabombora mu mugambwe FNL wa Yakobo Bigirimana

Umugambwe FNL wa Yakobo bigirimana uriko ubamwo induru zitari zike ziva mu batwara uyo mugambwe wahize ari uwa Agathon Rwasa. Mu majambo yashizwe ahabona na...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments