22.2 C
Bujumbura
Tuesday, November 24, 2020

Most popular articles

Igihe ‘Samuragwa’ wa CNDD-FDD ahabwa inka zirenga 60 abandi bakabibona nabi

Umukandida mu matora y'umukuru w'igihugu wo mu mugambwe CNDD-FDD, ariwe Evariste Ndayishimiye, ariko avugwa cane ko 'yihariye urubuga rwa politike' muri kino hegereje amatora. Uwo...

Inyuma ya Kongo, ikiza ca Coronavirus cashitse muri Kenya!

Inyuma y'aho ikiza c'umugera wa Coronavirus kibonekeye mu gihugu kibanyi n'Uburundi ca Kongo mu gisagara ca Kinshasa, ubu naho uwo mugera wa Coronavirus wamaze...

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Abantu batanu batoweko umugera utera ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Mw’itangazo ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA buhejeje gusohora kur’uyu wa kabiri bumenyesha ko hari abandi bagwayi batanu basanze bafise umugera wa covid-19 utera...

Umurwi wa ONU ujejwe gutohoza k’Uburundi uriyamiriza kutihanganirana mu myiyamamazo

Mw’itangazo wasohoye kur’uyu wakane igenekerezo rya 14 rusama 2020, umurwi wa ONU ujejwe gutohoza k’Uburundi uvuga ko imyiyamamazo iriko iraba m’Uburundi irimwo kutihanganirana, gutubahiriza...

Imiti kama ya artemisia irakingira malaria n’izindi ngwara

Ivyo nibivugwa na Ginette Karirekinyana mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kur’uyu wakabiri. Uwo murimyi w’ibiterwa bivura ingwara akavuga ko abantu benshi bariko barahurumbira ivyo...

Umugambwe CNL uvuga ko itorwa rya Bunyoni na Bazombanza ritaciye mu muco

Umugambwe CNL uvuga ko itorwa rya Alain Guillaume Bunyoni(Nutama 2) na Prosper Bazombanza ritaciye mu muco na gato. Mu majambo uwo mugambwe wa Agathon Rwasa...

Gervais Ndirakobuca yiteguriye kurwanya abarya ibiturire

Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterembere rusangi n'umutekano w'igihigu, Gervais Ndirakobuca, atazirwa Ndakugarika, yaraye akuriye inkoni ku gishitsi abikika mu kiza mu kwaka...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments