22.2 C
Bujumbura
Thursday, October 22, 2020

Most popular articles

Igitero c’i Bugarama: Abashika kuri 16 barahasize ubuzima

Amakuru yashikiriye itangazamakuru ry'Abongereza ariryo Reuters amenyesha ko mu gitero cabaye mu ntara ya Rumonge muri komine Bugarama cahitanye abantu bashika kuri 16. Nk'uko Reuters...

Bujumbura: Grenade yahitanye umwe abandi bane barakomereka

Mu gisagara ca Bujumbura, muri Zone Buyenzi, hatewe i grenade yahitanye umuntu umwe hamwe n'abandi bane bakomeretse. Nk'uko igipolisi kibivuga, iyo grenade yatewe mu gace...

Prezida Ndayishimiye ntazokwitaba inama yahamagawe na Prezida Tshisekedi

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe kumunota wanyuma aho iyo nama yari kuba kur'uyu wakane mu gihugu ca Republika Iharanira Demokarasi ya Congo. Iyo nama ikaba yatumweko...

Umugambwe RDB wavuye mu runani CNARED.

Urunani rw'abatavuga rumwe na leta y'i Bujumbura, CNARED, ruriko rubona abanywanyi barwo baruvamwo biturutse ku kutabona ibintu kumwe mu barurimwo.

Ruyigi : Umwana w’imyaka umunani yishwe atemagujwe umupanga

Umwana umwe niwe yapfuye atemagujwe umupanga ku musozi Nyamugari, komine Butaganzwa, intara ya Ruyigi, mu gitero cakozwe n’umuntu ataramenyekana ku rugo rw’umugore azwi kw’izina...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

‘Kwugara amazu yo kuvunja amafaranga y’agaciro vyongereza ingorane’, Faustin Ndikumana

Umuhinga yigenga ajejwe kuraba uko amatunga ya leta agsesagurwa hamwe nuko yokingwa, Faustin Ndikumana, yavuye mu gacerere aravuga ku bijanye n'ingingo ya leta yo...

Abarundi ngo boba barajwe ishinga n’amatora kurusha Coronavirus?

Hari amakuru ariko acanacanako amenyesha ko mu Burundi ata kintu kinini kiriko kirakorwa kugira ngo hakingwe umugera wa Coronavirus ahubwo ko Abarundi barajwe ishinga...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments