22.2 C
Bujumbura
Wednesday, September 23, 2020

Most popular articles

Nkurunziza aramutse atanzwe na CNDD FDD, imyiyamamazo niyo izomusanganira

Harateguwe imyiyerekano ku musi wa mungu hamwe ikoraniro kamenuza rya CNDD FDD ryo ku musi wa gatandatu ryotanga Nkurunziza nk’uwuwuserukira mu matora y’umukuru w’igihugu. Hasigaye...

Sud-Kivu ivuga ko Abasirikare b’Uburundi babandanya ‘bisukira mu buseruko bwa Kongo’

Abategetsi bo mu ntara ya Sud Kivu mu gihugu kibanyi n'Uburundi, Congo, bamenyesheje ko abasirikare bava mu gihugu c'Uburundi hamwe no mu Rwanda babandanya...

Umugambwe CNL utewe amakenga n’ingabisho z’ubushikiranganji bw’umutekano

Naho Ubushikiranganji bw'umutekano bugabisha umugambwe CNL wa Agathon Rwasa, uwo mugambwe uratewe amakenga n'izo ngabisho ziza zivuga ku bijanye n'umugambwe CNL. Umugambwe CNL hamwe na...

Leta zunze ubumwe z’Amerika zahagaritse gutanga impusha zo kwinjira murico gihugu ku barundi

Iyo ngingo ikaba yafashwe na Leta zunze ubumwe za Amerika kur’uyu wagatanu ivuye yuko Uburundi bwanse kwakira abarundi birukanywe murico gihugu ca Amerika. Ariko...

Agasandugu k’ibirego kuri buri komine koba kagiye kugabanya ibiturire?

Mw'ijambo umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye yashikirije ko agiye gushiraho agasandugu k'ibirego n'ivyiyumviro kuri buri komine mu ntumbero yo kurwanya ibiturire. Muvyo Ndayishimiye yavuze, ako gasandugu...

Leta Nkozi irabandanya gufata abagizi banabi

Abantu bane barafashwe kur’uyu wa gatatu mwijoro bagirizwa kudandaza urumogi. Murabo harimwo abasirikare babiri baba caporal-chef, bakaba bafatiwe muri zone Buterere. Bakaba bari bafise...

Igitero c’i Bugarama: Abashika kuri 16 barahasize ubuzima

Amakuru yashikiriye itangazamakuru ry'Abongereza ariryo Reuters amenyesha ko mu gitero cabaye mu ntara ya Rumonge muri komine Bugarama cahitanye abantu bashika kuri 16. Nk'uko Reuters...

Bujumbura: Grenade yahitanye umwe abandi bane barakomereka

Mu gisagara ca Bujumbura, muri Zone Buyenzi, hatewe i grenade yahitanye umuntu umwe hamwe n'abandi bane bakomeretse. Nk'uko igipolisi kibivuga, iyo grenade yatewe mu gace...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments