22.2 C
Bujumbura
Thursday, July 2, 2020

Most popular articles

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

‘Kwugara amazu yo kuvunja amafaranga y’agaciro vyongereza ingorane’, Faustin Ndikumana

Umuhinga yigenga ajejwe kuraba uko amatunga ya leta agsesagurwa hamwe nuko yokingwa, Faustin Ndikumana, yavuye mu gacerere aravuga ku bijanye n'ingingo ya leta yo...

Abarundi ngo boba barajwe ishinga n’amatora kurusha Coronavirus?

Hari amakuru ariko acanacanako amenyesha ko mu Burundi ata kintu kinini kiriko kirakorwa kugira ngo hakingwe umugera wa Coronavirus ahubwo ko Abarundi barajwe ishinga...

Abantu bane baguye mw’isanganya y’imodoka mu ntara ya Ngozi.

Abantu bane bapfuye bivuye kw'isanganya y'imodoka zibiri zagonganye mu ntara ya Ngozi aho zihurira na Kayanza. Iyo sanganaya ikaba yavuye ku muvuduko munini w'imodka zibiri...

Tanzania: Umugabo w’Umurundi yaciriwe urwo gupfa

Mu makuru ashirwa ahabona n'ikinyamakauru co muri Tanzania, IPP Media, amenyesha ko hati umugabo w'umurundi yaciriwe urwo gupfa kubera ukwica n'ibigirankana uwahoze ari umugore...

Umwihwezo: Ni iki Evariste Ndayishimiye yokwitegwako? Ihinduka canke kubandanya ivyahahora?

Ku wa 20 Rusama 2020, mu gihe benshi mw'isi bari bituniye ku kurwanya ingwara ya COVID-19, igihugu c'Uburundi coco cakoze mu gacerere ntangere amatora...

Bivugwa ko Abategetsi b’Uburundi bashatse kujana Petero Nkurunziza i Nairobi kuvurwa

Ikinyamakuru kimwe co Muri Kenya, The Star, camenyesheje uyu musi ko abategetsi bo ku rwego rwo hejuru bashatse kurungika uwahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi,...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments