22.2 C
Bujumbura
Thursday, June 4, 2020

Most popular articles

Inama ya ONU ku Burundi yitezwe ku musi wa kane

Inama ya ONU ku Burundi iritezwe ejo ku musi wa kane aho hazokwihwezwa ibitari bike bijanye na cane cane amatora aheruka kuba mu Burundi. Inama...

Bamwe bariko barasokora mu matora

Aba nabo ni nk’imigambwe UPD Zigamibanga, CNDD, FRODEBU Nyakuri n’uwigenga Ildephonse Rugema. Umugambwe CNDD urongowe na Leonard Nyangoma ukaba wamenyesheje ko amatora adatunganijwe neza...

Inzige zonona ibiterwa ntizirashika m’Uburundi

Ivyo nivyavuzwe na Jean Claude Mbarushimana, umuyobozi mukuru w’Uburimyi, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uyu wa mbere. Akaba yabivuze mu gihe hari hamaze imisi hibonekeza...

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Abantu batanu batoweko umugera utera ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Mw’itangazo ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA buhejeje gusohora kur’uyu wa kabiri bumenyesha ko hari abandi bagwayi batanu basanze bafise umugera wa covid-19 utera...

Umurwi wa ONU ujejwe gutohoza k’Uburundi uriyamiriza kutihanganirana mu myiyamamazo

Mw’itangazo wasohoye kur’uyu wakane igenekerezo rya 14 rusama 2020, umurwi wa ONU ujejwe gutohoza k’Uburundi uvuga ko imyiyamamazo iriko iraba m’Uburundi irimwo kutihanganirana, gutubahiriza...

Mt number one yazanye impinduka m’umuziki ndundi ” raba hano

Mt number one umwe mu baririmvyi bagezweho m'umuziki ndundi, abandanya yerekana yuko we umuziki akora utandukanye nuw'abandi baririmvyi b'abarundi dusanzwe tumenyeyereye aho ninyuma yaho...

Igihe ‘Samuragwa’ wa CNDD-FDD ahabwa inka zirenga 60 abandi bakabibona nabi

Umukandida mu matora y'umukuru w'igihugu wo mu mugambwe CNDD-FDD, ariwe Evariste Ndayishimiye, ariko avugwa cane ko 'yihariye urubuga rwa politike' muri kino hegereje amatora. Uwo...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments