22.2 C
Bujumbura
Thursday, September 24, 2020

Most popular articles

Video nsha y’umuririmvyi w’umurundi aba hano muri America izoza idasanzwe ” Raba hano Trailer yayo.

Umuririmvyi w'umurundi azwi kw'izina rya '' GN '' aba hano muri Leta zunze ubumwe za America, Video yiwe nsha yitezwe n'abantu benshi izobageraho muri...

Nyuma yaho America isohoreye itangazo ribuza abanyamerika kwinjira mu Burundi, Leta yuburundi nayo yagize ico ishikiriza

Reta y'Uburundi imenyesha ko igihugu cose gifise abanyagihugu baco Mu Burundi Kandi Cipfuza Kubakurayo,kirabifitiye Uburenganzira. Aimé Alain Nyamitwe Umushikiranganji W'imigenderanire Y'Uburundi N'amakungu Amenyesha Ko Reta...

Bamwe mu bakozi bakuru ba OBR na API basabiwe gukurwa mu kazi

Umukuru w'ishirahamwe OLUCOME rijejwe kurwanya igiturire mu Burundi ahamagarira inama nshingamateka y'Uburundi ko yotumako umushikiranganji w'ikigega ca Reta kugira asigurire abashingamateka igituma amafaranga yagenewe...

Impunzi z’Abarundi zirenga 10 000 zahisemwo kudahunguka

Impunzi z'Abarundi zirenga 10 000 zahisemwo kureka guhunguka mu gihugu c'UbUrundi. Nk'uko tubimenyeshwa n'ikinyamakuru co muri Tanzania, IPP Media, izo mpunzi z'Abarundi zirenga 10 000...

#Coronavirus: Ingenzi zivuye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Ubwongereza na Australia zigiye gushikizwa ukwa zonyene

Ingenzi zivuye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Ubwongereza na Australia zigiye gushikizwa ukwa zonyene mu ntumbero yo gukinga ko ikiza ca Coronavirus cinjira...

Abantu bashika 3000 baramaze gupimwa ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Mw'itangazo umushikiranganji w'amagara y'abantu no kurwanya SIDA, Dr Thaddée Ndikumana, yasohoye kur'uyu wa gatatu, yamenyesheje ko abantu bashika 34 bapimwe umugera wa coronavirus ariko...

I Ngozi n’I Gitega niho hazotangurira imigambwe ibiri iboneka cane k’urubuga

Uwambere akaba ari umugambwe uri k’ubutegetsi CNDD-FDD, ukazotangurira imyiyamamazo mu ntara ya Gitega. Iyo ntara akaba ariyo nyene umukandida w’uyo mugambwe, Evariste Ndayishimiye, avuka,...

‘Abarundi bashaka ihinduka barahari’, Agathon Rwasa

Mu gihe  yariko akora imyiyamamazo kubwo kuzokwitoza mu kibanza c'umukru w'igihugu, Agathon Rwasa arongoye umugambwe CNL yamenyesheje ko Abarundi banyotewe ihinduka bahari cane. Agathon Rwasa...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments