22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020

Most popular articles

Masterland ninde?

Masterland amazina yiwe y’ukuri yitwa Ngendakumana Armel Chabel Marial akaba yavukiye mu ntara ya Muramvya, commune Muramvya itariki 23 z’ukwezi kwa gatanu 1996 avuka...

Therence NTAHIRAJA yasubirijwe

Therence NTAHIRAJA yahora ari umumwunganizi w'umushikiranganji w'intwaro yo hagati akaba n'umuvugizi w'ubwo bushikiranganji yakuwe muri ayo mabanga kw'itegeko ry'umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA nomero 100/149...

Uburyo (4) bwiza bwo gusaba urukundo umukobwa wumurundi hamwe n’ingaruka zabwo

Gutereta canke gusaba urukundo abasore babikora mu buryo butandukanye, gusa buri buryo bugira ingaruka zishobora kuvamwo no kurwimwa akenshi. Ubu ni bumwe mu buryo bune...

Menya ubuzima bwa Général Adolphe NSHIMIRIMANA yakwije imyaka itatu agandaguwe

Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 2 Myandagaro 2018, neza na neza imyaka itatu irarangiye umuhisi Lt Gnl Adolphe Nshimirimana agandaguwe bunyamaswa. Amakuru dukura...

Abarwanyi b’Abarundi batanu bishwe

Abantu bagera ku munani nibo bamaze kumenyekana ko bapfuye mu ngwano zahuje abarwanyi b’abaroberi hamwe n’abasirikare ba Reta ya Repuburika iharanira intwaro rusangi ya...

Messi:Araryoherwa iyo aryamye

Nyuma yo gutwara umupira w'inzahabu ugira gatanu muri iri joro,umukinyi asanzwe akinira umugwi wa fc barcelone lionnel messi akaba yashikirije ikintu catangaje benshi aho...

Download New song : Kayitesi by Yoya Jamal

https://ubmnews.com/wp-content/uploads/2014/12/Kayitesi-by-Yoya-Jamal.mp3 CLICK HERE TO DOWNLOAD THIS MUSIC

Patiri Adolphe NTAHONDEREYE yapfuye

Patiri mukuru wa Paruwasi yo mu Gatumba yitavye Imana mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu, nk’uko vyemezwa na Musenyeri Evariste NGOYAGOYE arongoye Diyoseze nkuru...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments