22.2 C
Bujumbura
Monday, July 6, 2020

Most popular articles

Mu ntara ya Gitega ba ntaho nikora baguma biyongera

Ivyo n’ivyashikirijwe n’abatwara amakomine 7 yo mu ntara ya Gitega inyuma yiyandikwa rya bantaho nikora mura makomine ryakozwe n’ishirahamwe MEMISA Belgique. Abo batwara amakomine ...

Anicet Niyonkuru asaba abandi banyepolitike bahunze gutaha.

Ivyo akaba yabivuze kur’uyu w’Imana igihe umugambwe wiwe CDP warufise ikoraniro kaminuza ryo kwitegurira amatora yo mu 2020 no kugena uwuzowuserukira murayo matora yo...

Muyinga: Abantu indwi bishwe bakubiswe n’inkuba

Amakuru ava mu bushikiranganji bw'umutekano amenyesha ko abantu indwi bo mu muryango umwe bapfuye bakubiswe n'inkuba mu ntara ya Muyinga mu buraruko bushira ubuseruko...

Umwana yavukanye amaguru ane (4) unomusi yakorewe Operation !

Biteye ubwoba cane '' Mugihugu ca Namibia hari umwana wumuhungu wamezi abiri gusa yavukanye amaguru ane ( 4), uno musi rero uwo mwana bakaba...

Chris na Junior bagarutse n’inguvu nyinshi mu muziki ndundi

Abana babiri bafise ingabirano idasanzwe aribo Chris na Junior bagiye kugaruka mu muziki aho bagiye gusohora indirimbo nyinshi n'amashusho nkuko bashoboye kubishikiriza ikinyamakuru canyu...

Umumenyeshamakuru wa Radio 10- Buja FM yahora mw’ibohero yarekuwe

Umumenyeshamakuru wa Radio 10- Buja FM yahora apfungiwe mu gasho k’igendereza i Bujumbura yarekuwe kuri uwu wa kane. Mu muryango wiwe, hamwe no mu...

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Ibiganiro I Arusha Birabandanya Mu gihe Urunani CNARED Rwo Rushinga Inzego Nshasha.

Mu gihe ibiganiro biriko bihuza Abarundi biriko biba i Arusha, Urunani CNARED ruhurikiyemwo abatavuga rumwe na leta y’Uburundi,...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments