21.3 C
Bujumbura
Monday, February 24, 2020

LATEST ARTICLES

Inzige zonona ibiterwa ntizirashika m’Uburundi

Ivyo nivyavuzwe na Jean Claude Mbarushimana, umuyobozi mukuru w’Uburimyi, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uyu wa mbere. Akaba yabivuze mu gihe hari hamaze imisi hibonekeza...

‘Kwugara amazu yo kuvunja amafaranga y’agaciro vyongereza ingorane’, Faustin Ndikumana

Umuhinga yigenga ajejwe kuraba uko amatunga ya leta agsesagurwa hamwe nuko yokingwa, Faustin Ndikumana, yavuye mu gacerere aravuga ku bijanye n'ingingo ya leta yo...

Umutegetsi mu biro vy’umukuru w’igihugu yatanze imihoho…

Umutegetsi mu biro vy'umukuru w'igihugu, Elie Ntihagowumwe, yatanze imihoho, akaba avuga ko yahohotewe birenze maze abona kwegura mu mabanga yiwe. Mu rwandiko rwashizwe ahabona nawe...

Ibanki nkuru ya Républika y’Uburundi yarugaye amazu yo kuvunja amahera ava hanze

Iyo ngingo ikaba yafashwe kur’uyu wa gatanu aho ikete ry’uwurongoye iyo Banki nkuru ryasohoka rigakwiragizwa kumbuga ngurukana bumenyi. Iyo ngingo ikavuga ko amazu yose...

Mu ntara ya Gitega ba ntaho nikora baguma biyongera

Ivyo n’ivyashikirijwe n’abatwara amakomine 7 yo mu ntara ya Gitega inyuma yiyandikwa rya bantaho nikora mura makomine ryakozwe n’ishirahamwe MEMISA Belgique. Abo batwara amakomine ...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

Buramatari wa province Rumonge asaba isubirwamwo ry’ibarabara Rumonge-Bujumbura

Ivyo akaba yabivuze mu gihe iyo ntara nshasha ya Rumonge yavuye ku ntara ya Bururi yariko irahimbaza umusi mukuru w’Ubumwe kur’uyu wa gatatu itariki...

Somalia: Abasirikare bane b’Abarundi boba baguye mu gitero ca Al Shabaab

Umurwi w'iterabwoba Al Shabaab umenyesha ko wakoze igitero ejo ku wa kabiri itariki 4 Ruhuhuma 2020 ku ngabo za AMISOM Somalia. Uwo mugwi ukamenysha...

Most Popular

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...

Fabien Banciryanino: ‘Intwari’ ihangana na CNDD-FDD?

Umushingamateka yatowe mu runani Amizero y'Abarundi, Fabien Banciryanino, benshi bita 'Intwari canke 'hero' mu gifaransa, yasubiye gusemerera yiyamiriza ingingo zifatwa n'umugambwe uri ku butegetsi. Mu...

Abashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 14

Abashaka kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora azoba ku wa 20 Rusama 2020 mu gihugu c'Uburundi bageze kuri 14. Mu bahiganwa bose bavuga...

Recent Comments