22.2 C
Bujumbura
Wednesday, April 8, 2020

LATEST ARTICLES

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abarundi kubandanya imirimo yabo

Mw’itangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, muganga Thaddée Ndikumana, yasavye abarundi kutagira ubwoba. Akavuga ko uwutowe iyo ngwara adaca yitaba Imana ko ibice...

Ibibazo ni vyinshi kuva aho hatorewe abagwayi babiri ba coronavirus mu gisagara ca Bujumbura

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, kur’uyu wa kabiri, isaha cumi na zibiri z’umugoroba zirenga. Muganga Thaddeé...

Ingaruka za COVID-19 zatanguye kwibonekeza mu Burundi

Mu gihe ejo hahise ariho hamenyekana ko mu BurundI hari abarwayi 2 b'Abarundi banduye ca kiza kiriko gisasika inganda mwisi arico Coronavirus canke COVID-19,...

Umutanzaniya wambere yahitanwe nikiza coronavirus

Ivyo vyavuye mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu bwo mu gihugu ca Tanzaniya. Iryo tangazo rikavuga ko uwo muntu w’umugabo yarafise  imyaka 49 akaba yari...

Umushingamateka yateye ubwoba umunyamakuru ko ‘azomumena umutwe’

Mu nkuru ziriko zicanacanako hariko havugwa amakuru y'umushingamakteka yatowe mu ntara ya Cankuzo yitwa Englebert Ngendabanka yateye ubwoba bikomeye umunyamakuru w'ikinyamakuru Iwacu. Uwo mushingamateka yatowe...

Isanganya rikomeye muri zone kamenge

  Abantu 6 barapfuye abandi 5 barakomereka imiduga ishika 10 nayo irononekara muri zone Kamenge kur’uyu wamungu igihe c’isaha 19h irenga. Iryo sanganya rikaba...

Nta mugwayi wa coronavirus batoye ku bitaro Kira Hospital

Mwitangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, ahejeje gusoma kur’uyu wa gatandatu yamenyesheje ko abantu bane bari biketsweko ingwara ya coronavirus...

Most Popular

‘Samuragwa’ ati : ‘Mu misi yahera bavuga amatora, ubu naho bavuga Corona’

Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD akongera akaba yitezwe guhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye, mu matora yo ku wa Rusama 2020 yaraye avuze ko 'Coronavirus...

Ya ‘Ntwari’ ihangana na CNDD-FDD yashize ahabona urutonde rw’Abarundi 19 baburiwe irengero

Ya 'Ntwari' ihangana na CNDD-FDD, Fabien Banciryanino, yashize ahabona urutonde rw'Abarundi 19 baburiwe irengero mu ntara ya Bubanza. Ivyo biri mu rwandiko rwashizwe ahabona na...

Ni kuki ibiciro vy’ibifungurwa biguma biduga kandi umwimbu ari mwiza ?

Mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri umushikiranganji Deo Guide Rurema avuga ko umwimbu w’ibigori wavuye ku matoni ibihumbi 139 211 mu...

Igiciro c’igitoro caragabanutse cane kumasoko mpuzamakungu, hoba hariho akunguko k’Uburundi

Ibiciro vy’akagunguru k’ibitoro kagiye karakorora ibeyi kw’isoko mpuzamakungu aho akavuye kumadorari y’abanyamerika 63,6 $ mu kwezi kwambere 2020 kakaba kageze kuri 26,11$ kur’uyu wambere...

Recent Comments