Pacifique Nininahazwe ari kumwanya wambere muri 12 bariko barahigishwa bimwe bikomeye n’ubutungane bw’uBurundi

0

Umushikirizamanza wa repubulika y’uBurundi bwana VALANTIN BAGORIKUNDA yanditse urwandiko rusaba ihagarikwa ryabanya politike b’abarundi na cane cne bari mubarwanije ikiringo ca 3 ca PETERO NKURUNZIZA.

Abo basabwe ko bohagarikwa bashika kuri 12 bose hamwe ,bwana VALANTIN BAGORIKUNDA Umushikirizamanza mukuru wa repubulika y’uBurundi avuga ko abo bagabo bose 12 bagirizwa guhungabanya umutekano w’igihugu kandi ko bari mubateza imigumuko m’uBurundi .

pacifique

Murabo basabwe ko bohagarikwa bakaba hanini bagizwe nabasanzwe bari murunani CNARED rusanzwe ruvuga ko rwiyemeje kugarukira agateka kabarundi .

Ibi bikaba bibaye inyuma yumusi umwe gusa reta ishinze umurwi uzoba ujejwe ibiganiro bizohuza abarundi bose muri rusangi ,aha rero abantu bagaca batangura kwibaza nimba koko abo basabwe guhagarikwa bazohava bemeregwa ibiganiro?mbega nibatemeregwa kuja mubiganiro nkabandi barundi bose reta izoganira nande kandi aribo bivugwa ko aribo nyanduruko yumutekano muke?

RABA URUTONDE RWABO 12 BARIKO BARARONDERWA NA RETA Y’UBURUNDI

pac1
pac
pac3