Mugihe abanyepolitike banse umugwi wa Petero NKURUNZIZA ONELOPE BURUNDI ngo yo Irawemera.

0

Mugihe abanyepolitike batari bake bateye ivyatsi umugwi uheruka gushirwako na Petero NKURUNZIZA ngo muri ONELOP BURUNDI siko babibona ngwahubwo waje hageze ivyo bikaba bivugwa na Gilbert Becoud NJAMGWA.

BEC

Tumubajije ko uwo mugwi waje kurondera inyungu zogukingira ikibaba abakoze amabi mu ngwano z’imigambwe yahoze kurugamba yavuze yuko uwo mugwi waje kuzuriza bose ariko n’ubwo Gilbert Becoud NJAMGWA avuguko abanyepolitike bo baza bamaze guhinyura uwo mugambi bamaze kwitirira inyungu zabahoze kurugamba.

Akaba avuze ibi inyuma ya Marina BARAMPAMA nabandi batari bake batemera ikiringo ca 3 ca Petero NKURUNZIZA bamaze kuwiyamiriza uwo mugwi.