UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

OMG biteye isoni : Pastor yakoresheje ubukwe abageni baje bambaye ubusa ” Raba amafoto !

UBM News ads

Uwovuga ko turi mugihe ciherezo ntiyoba abeshe nagato kuko ivyabantu bubu bakora nagahoberamunwa kandi bituma Imana yicuza ico yaturemeye. ” Hano muri Leta zunze ubumwe za America muri california mugisagara ca San Francisco nyuma y’ubukwe bwa Gypsy Taub w’imyaka 44, n’umugeni wiwe Jamyz Smith w”imyaka 20 bagaragaye mwibarabara bambaye ubusa bityo abantu bose bababona baguma bibaza icababayeko kidasanzwe.

Bano begeni bo ubwabo ntivyabatera isoni kuba bari gusa imbere y’abantu kuko burikanya baguma bafise umunezero udasanzwe ariko nubwo biruko aba Polisi bo muri California bahashitse baje kuraba ivyahabaye bahise babategeka kwambara impuzu kuko ivyo bariko barakora vyariko birababaza Imana cane.

Umunezero bari bafise wari mwishi kuko bagwanye munda bafise ivyishimo bidasanzwe.

Abanyamakuru bariko barababaza icatumye bahitamwo kwambara ubusa

Aba Polisi bahageze bahise babambika impuzu kuko ivyo bariko barakora vyari biteye isoni.

Hano bariko baravyina bavuga bati : Nibatureke twitambire kuko numwanya wo kwerekana ko turyohewe.

Ese bano bantu bakoze ubukwe bambaye ubusa ubivugakwiki ? ntaco ufise wohanura ?

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments