OLIVIER NAY YARAYE ASINYE AMASEZERANO NA CLASSIC SOUND RECORD.

0

Umuririmvyi w’umurundi Olivier yaraye asinye amasezerano ninzu ihinyanyura indirimbo ya Classic Sound Record aho bagiye gukorana, bo ngo bakazomufasha gusohora indirimbo ziwe nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru canyu ubmnews.com mu kiganiro twagirane nuyo muririmvyi.

olivier nay

Akimara gusinya amasezerano niyo nzu,Olivier Nay yarashoboye kugaragaza umunezero aho yavuzeko yizera ko ubu ibikorwa vyiwe bigiye kuja ahabona abantu bakaba bagiye gusubira kwumva Olivier Nay.

Twobamenyeshako Olivier Nay ari umuririmvyi yamenyekanye kubera indirimbo AGACE KISOMO.