Oda Paccy muri studio ya Wcb gukora indirimbo nshasha

1

Umuririmvyi w’umunyarwandakazi Oda Pacy ari mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Wcb aho ariko akorayo indirimbo,indirimbo iriko ikorwa n’umuhinyanyuzi lyzer classic

Nyuma yo kwumva ko oda paccy ariko akorera indirimbo mu nzu ihinyanyura indirimbo ya wcb,twamwegereye uyo muririmvyikazi turamubaza ingene yiyumva kubona yakoreye muri iyo nzu ya wcb,Oda Paccy akaba yamenyesheje ko ari ivyishimo kuri we kubona akoreye indirimbo muri iyo nzu ya wcb kuko ari inzu ikomeye cane kandi indirimbo ikoreweyo iba ari indirimbo ikozwe neza cane

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo Oda Paccy ariko akorera muri tanzaniya yitwa”Nobody”

1 COMMENT

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here