Nyuma yo kuvunikira mu rukino rwa Ethiopie,Amagara ya Mac Arthur Arakaza yifashe neza

0

Nyuma yaho umunyegori w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi INTAMBA MU RUGAMBAariwe Arakaza Mac Arthur avunikiye mu rukino rwo gusubiriza n’umugwi wa Ethiopie,urukino rwabereye mu gihugu ca Ethiopie kuruyu w’Imana igenekerezo rya 25/10/2015,amagara ya Mac Arthur muri kino gihe yifashe neza,abandanya atora mitende uko bukeye uko bwije.

mac

Nkuko rero amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews dukesha uyo munyegori avugako abandanya atora mitende,agatako yizeza abakunzi b’umupira w’amaguru nko murukino ruzobahuza n’umugwi wa Republika Iharanira Democratie ya Congo ko azoba ameze neza cane.

arthur

Tworangiza tubamenyeshako Arakaza Mac Arthur ari umunyegori asanzwe asamira umugwi wa Vitalo’o fc