UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Nyuma yo gukora indirimbo nyishi zigakundwa cane , Willy Leonard agiye gushira ahagaragara iyindi nshasha

UBM News ads

Umuririmvyi mukunda muri benshi ” Willy Leonard Niyomwungere , mu minsi iri imbere agiye kuzoshira ahagaragara iyindi ndirimbo yiwe nshasha izoba izwi kwizina ry’Indoto. Nkuko uno muririmvyi yavyivugiye, we yavuze ko afise umunezero mwinshi cane bivanye nuko indirimbo aririmba zibandanya zikundwa ku bwinshi.

willy leonard

Willy Leonard Niyomwungere yagize ati : Nunva umunezero mwinshi cane kukuntu indirimbo« Ikiganza »canke «ubwami bwawe burarangiye» mwayikunze .Vuba murugo rukurikirane nyene haje iyindi ndirimbo yitwa «Indoto»

UBM News reka tubibutse yuko uno muririmvyi indirimbo aririmba yuko aba yazeretswe mu ndoto kuko muminsi iheze nkuko yabitubwiye yavuze ko ,Indirimbo nkoramutima aririmba ko atari ibintu biza vyizanye ahubwo ngo ziva mu ndoto.

willy

Bagenzi ,Indirimbo nkoramutima ndirimba ,sivyo niyunvira hama ngo nfate ikaramu nandike .Ziriya ndirimbo ziva mu ndoto,mba nsinziriye hama nkabona ibintu mundoto nikanguye nkaca nfata ikaramu nkandika ivyanshikiye mundoto vyose, Leonard niyomwungere niwe yavuze ano majambo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments