Nyuma y’intsinzi ya CHELSEA yaraye ironse mu gutsinda ARSENAL 2-0,ASHLEY DIVA yakeje umugwi wa CHELSEA.

0

Inyuma y’urukino rwaraye ruhuje imigwi ibiri ikomeye cane mu gihugu c’ubwongereza,umugwi wa CHELSEA n’umugwi wa ARSENAL,urukino rwarangiye umugwi wa chelsea utsinze arsenal ibitsindo 2-0,umuririmvyikazi w’umurundi ASHLEY DIVA yaragaragaje umunezero nyuma y’urwo rukino kubona umugwi wa Chelsea utsinze arsenal ibitsindo 2-0.
diva
ASHLEY DIVA ayaga n’ikinyamakuru canyu ubmnews.com akaba yamenyesheje ko aryohewe cane kubona chelsea itsinda arsenal kuko ngo n’umugwi akunda akongera agakunda n’umumenyereza wayo JOSE MAURINHO.
Arsenal_vs_Chelsea
Twobamenyesha ko ASHLEY DIVA abaye umuririmvyi wa mbere w’umurundi ashoboye gukeza chelsea nyuma y’urukino rwaraye ruyihuje na Arsenal.