Nyuma y’imvura yibi baby,umugwi swagg team ubazaniye iyindi ndirimbo yitwa Sugar Dady

0

Umugwi Swagg Team uhurikiyemwo imisore 4 n’umwigeme 1 ugiye gushira ahabona indirimbo yabo nshasha yitwa Sugar Dady,indirimbo izoba ije gusubirira indirimbo Imvura yibi baby bakoranye n’umuririmvyi Bizimana Aboubackar Karoum azwi nka Sat-b nkuko bashoboye kuvyiganira ikinyamakuru canyu Ubmnews.com

swagg

Sugar Dady akaba ari indirimbo bakoreye mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Buja records ikorwa n’umuhinyanyuzi Lyzzer Classic muri kino gihe asigaye akorera muri Tanzanie muri Studio ya Diamond Platnumz.

tubamenyeshe ko Swagg Team ari umugwi wamenyekane kubera indirimbo yitwa Imvura yibi Baby.