Nyuma yaho ireresi yahinyanyuye itahukaniye agashimwe muri Festicab,umuhinyanyuzi Thierry yagize ico avuga kuriyo reresi yitwa Les Cles du savoir.

0

Umuhinyanyuzi akongera akaba umwanditsi w’amareresi Thierry Tino yamenyesheje ko ari iteka kubona ireresi yahinyanyuye ishobora gutahukana agashimwe,ikibanza ca 1 mw’ihiganwa Festicab,Thierry akaba yamenyeshejeko kandi ko iyo reresi les cles du savoir ari ireresi yakinywe mu buhinga bukomeye cane kandi ko yabatwaye uburyo bwinshio cane.
Affiche les cles du savoir

Abicishije ku kinyamakuru canyu ubmnews.com,thierry yamenyesheje ko nubwo batahukanye agashimwe mw’ihiganwa Festicab ko uyu mwaka rititabiriwe n’abantu benshi nkuko vyahora bivanye n’ingorane ziri mu gihugu.
DSC_1011
Thierry Tino akaba yatanguye akazi ko gukina amareresi no kuyahinyanyura mu mwaka wa 2009.
Aya akaba ari amwe mu mafoto agize iyo reresi les cles du savoir.
DSC_0019DSC_0075