Nyuma ya All White Party,Dj Pro yagarutse n’indirimbo nshasha

0

Nyumq y’ukwezi atahutse mu gihugu ciwe c’amavukiro,Dj Pro yashize ahabona indirimbo nshasha,indirimbo yise Nimerudi mu kirundi ciza ndagarutse

Umviriza hano iyo ndirimbo:
https://www.youtube.com/watch?v=d9BLSBhZw