Nyakabiga‬: Umuduga wo mu biro vy’umukuru w’igihugu barawuturiye n’ijoro.

0

Muri Quartier Nyakabiba iri muri komine Mukaza mw’ ijoro ryakeye ryuyu wa gatandatu umuduga uri mu bwoko bwa Hilux waraturiwe kw’ibarabara bita la Jeunesse ku kiraro kigabura Nyakabiga na Jabe aho hari isaha z’itandatu z’ijoro(00h).

10435414_928518533878103_8117291891774163862_n

Amakuru ava mu gipolisi yemeza kuyu muduga aruwo mu biro vy’ umukuru w’igihugu wari watizwe igipolisi;ukuntu waturiwe gushika nubu biracarimwo igipfungu ariko abandi bakavuga kiyo saha hatewe ama grenande n’urukurikirane rw’ amasase menshi.

11822303_928518403878116_4168331365856506494_n