Ntivyoroshe : Umupolice yagirijwe kwari imbonerakure yakubiswe arashaya ” Raba hano

0

Mu gihe haguma imyiyerekano mu gisagara ca bujumbura na cane cane mumakomine nka musaga ,cibitoke ,nyakabiga hamwe na ngagara,ubu ibintu bisa naho biguma bikomera kuko ari abanyagihugu canke abajejwe umutekano baguma bakomereka abandi bagapfungwa ndetse abandi bakahasiga ubuzima bwabo .

imbonerakur

Kuruyu muhingamo rero, hari amakuru adushikiriye avuga ko hari umupolice vyavuzwe ko yoba ari imbonerakure yakubiswe arashaya aho naho hakaba hari muri commune ya musaga ,akaba yakubiswe nabanyagihugu kuko ngo yoba yari imbonerakure,ariko ubu akaba atacemezo kiravugwa canke ngo gitangwe nimba koko yoba yari umupolice wigihugu canke yoba yari imbonerakure nkuko bivugwa nabari ngaho.