Nyakubwaha umukuru wigihugu cu burundi ” Pierre Nkurunziza yabaye nkuwuvuga ko ashobora kwiyayamaza ku nshuro ya 3 mu matora y’umukuru wigihugu cu Burundi ikindi naco ngo amatora iyo yimirije ngo ningombwa ko ibintu usanga bitameze neza hagati yimigambwe , mbere ngo akenshi usanga nukwicana abantu kubwabo navyo bikunze kwibonekeza kuko ngo bose baba bashaka ubutegetsi .→ Video Sources by : BBC Gahuza
.
Recent Comments