Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsNtivyoroshe : '' Mt Number One '' ikintu yakorewe ucunvise kirababaje...

Ntivyoroshe : ” Mt Number One ” ikintu yakorewe ucunvise kirababaje ” ubwiwe yananiwe kwihangana agira ico abivugako hano !

Nyuma yaho abantu benshi bakomereje kubaza umuririmvyi akunzwe cane muri kino gihe” Mt Number one ” ibijanye n’indirimbo ya ” Urakaka ” yakoranye na Chany Queen hamwe na Ashley , Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” twashimye kurondera uno muririmvyi tumubaza impanvu iyo sanamu yatevye gusohoka hamwe naho izogira kumugaragaro ngw’abantu bayibone nkuko bayiteze.

mt

Mu kiganiro uno muririmvyi yaduhaye, ubwiwe aratangazwa cane ningene umuhinyayuzi wino video atayishira kumugaragaro, witegereje ngo haheze amezi arenga 4 yose uno muhinyanyuzi ” (Black Arthur ) aguma amubwira ngw’arindire, igitangaza rero uno muririmvyi ngo nuko atanideni amufitiye kuko amahera yose yarayamurishe.

Mt Number One yagize ati : Ndasaba ko umuhinyanyuzi wa video Black Arthur yosohora amasanamu yindirimbo yanje urakaka nakoranye na Chany queen hamwe na Ashley kuko nta deni narimwe aheraniwe usivye gushaka kwigira escorot.

Black Arthur

UBM News twagerageje kurondera uno muhinyanyuzi ” (Black Arthur ) kugira twunve ico abivugako ariko ntitwashoboye kumuronka kugeza naho ino nkuru yarinze ija ahabona we atanakimwe arabivugako.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments