Ntivyoroshe : Al shabaab yavuze ko igiye gutera ibitero bikomeye ku Burundi , impamvu ya vyose ngo nikubera……..

0

Umurwi uzwi nkaho ari uwintagondwa waba Islam baba muri Somalia ( Al Shabaab ) uza wamaze kwemeza neza ko ugiye gutera ibitero bikomeye ku Burundi hamwe no muri Uganda, impamvu rero ngo siyindi ngo nuko hari abasirikare b’abarundi bari muri Somalia bivugwa ko bagiye kugarukana amahoro.

Al-Shabaab fighters

uwusanzwe ari umuvugizi wa Al Shabaab ,we avuga ko abo basirikare b’abarundi bizwi ko bagiye kugarukana amahoro muri Somalia ngo ntaco bigeze bakora ngwatari ahubwo kwongereza ingorane, ubwo rero ngwico bagiye gukora ngo nigutangura kubica hamwe no gutera ibitero bikomeye ku Burundi vyihuta.

UBM News tubibutse ko Al shabaab bamaze gukora ibitero vyinshi muri kenya ni nkigitero baheruka gukora aho bishe abanyeshure barenga 148 biga kuri kaminuza ya Garissa ikindi naco twobibutsa nuko umukuru w’igihugu cu Burundi Petero Nkurunziza aheruka kugabisha bano barwanyi kubijanye nibitero boba bariko barategura ku Burundi.

[youtube id=”LpG7yYzDfUc” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]