UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ntivyoroshe : 2 Billion ( 2,007,420,303 views ) gangnam style niyo Video yambere imaze kubonwa n’abantu benshi kwisi yose !

UBM News ads

Psy GANNGG 222

Umuririmvyi wo muri Korean ” Psy ” indirimbo yiwe yahaye izina rya ”gangnam style ” kugeza ubu niyo iriko iravugwaho cane mu binyamakuru vyaha muri Leta zunze ubumwe za America ndetse no kwisi yose bivanye nuko ariyo yonyene yambere imaze kubonwa nabantu benshi kuri Youtube ” ubu imaze kubonwa n’abantu bagera kuri 2 Billion ( 2,007,420,303 views ) ndetse ikaba iza imaze kwinjira no muri ca gitabo kidasanzwe ca ( Guinness World Records )

Ese wewe uribaza ko Video z’abarundi natwe ko zizoteba zikagera kuri runo rwego zikabonwa n’abantu benshi bangana nkuku ????

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments