UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ntibisanzwe ” Umuririmvyi Mkombozi vyunvikana ko yahawe isumu

UBM News ads

Umuririmvyi mukunda muri benshi ” Nzeyimana Mkombozi ” kugeza ubu amakuru ariko aradushikira hano kuri UBM News avuga ko uno muririmvyi arwaye cane ndetse kandi hari n’ayandi makuru ataremezwa neza avuga ko yoba yahawe isumu.

Mkombozi

Nkuko hari umumenyeshamakuru aba mu Burundi yaganiriye nuwusanzwe afasha Mkombozi ( Manager ) we yavuze ko ubuzima bwa Mkombozi ko kano kanya butifashe neza kuko ngo yoba yarahawe ‪Isumu‬ ntibabimenye ikindi naco nuko bataramenya neza ko yoba Yarayihawe Mufungugwa Canke Mubinyobwa.

Kubw’umuririmvyi ” Mkombozi we asaba ko mwobandanya kumusengera ” we yagize ati : Munsengere kuko aho indwara ingejeje nahongeze sindahizeye.mniombee maana nilipofikishwa na magonjwa pananikatisha tamaa.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments