UBM News ads
Tuesday, October 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ntibisanzwe : Umukuru w’igihugu azofatirwa ibihano bikomeye niyo yahirahira akarenga kuri bino bintu

UBM News ads

Hari urwandiko rwo mw’ibanga rw’urwego rw’iperereza rubwira umukuru w’igihugu ko atohirahira ngo asubire kwitoza ubwa gatatu ko yoba aciye kubiri n’amategako yose agenga Uburundi. Urwego rw’iperereza rubona ko ubu Petero NKURUNZIZA agiye kurangiza ikiringo ciwe ca 2 nk’umukuru w’igihugu.

Peter

Urwo rwego ruvuga ko hamwe yokwitoza ubwa 3, yoba ataye igihugu mukaga kandi ko n’amategeko yomuhana ndetse agafatirwa ibihano. Urwego rw’iperereza rwakoze ayo matohoza rurongowe na Godefroid NIYOMBARE, atarakomborwa murico kibanza ngo asubirizwe na Gén Moise Pasteur BUCUMI.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments