Inkuru dukesha umuji wa Nakuru ahitwa Kiamaina muri Kenya , hari umugabo yitwa John Chege yasambanye n’intama . uyu mugabo igihe yafatwa yaravyemeye neza ko iryo kosa yarikoze .
John Chege afise imyaka 27 , asanzwe akora akazi kugukora amabombo we aremera iryo kosa ndetse akaba avuga ko hoba hari uwamuteze kugirango arwe muriryo kosa.
Inkuru dukesha ababonye uko vyagenze bavuze yuko hari abantu boba baramunyosheje ibiyayura mutwe kugira ngo akore iryokosa. Uwujejwe igiporisi mukarere kaho hantu azwi kw’izina rya Moses Lekakeny amenyesha yuko amatohoza ko ariko arakorwa kugirango bamenye neza ko uyo yakoze iryo kosa yuko yoba yari yanyoye ibiyayura mutwe.
Recent Comments