Abantu benshi tumenyereye kunva abantu bafatwa bariko barasambanira mumahoteri hamwe n’ahandi, ariko ino nkuru yuwu muhungu yo iratangaje cane kuko yafashwe ariko arasambana n’umukobwa bari mu kaburi.
Nkuko ano makuru yadushikiriye abivuga, Uyu muhungu ngwakomoka muri Tanzania , we ngwakora akazi ko gucungera ububuri bwabapfuye bityo ngo yaramaze igihe kinini adahuza ibitsina n’abakobwa , impanvu ya vyose rero yo gukorera imibonano mpuzabitsina mukaburi ngo nuko atahandi yabona yari kumutwara bityo ngwaca ahitwamwo kumutwara aho amenyereye.
Kugeza ubu, abenshi bakomeje kwibaza ukuntu abantu bubu basigaye biyunvira no gukorera imibonano mpuzabitsina mu kaburi naburya atar’ibintu vyari bimenyerewe murako gace vyabereyemwo.
Recent Comments