UBM News ads
Tuesday, October 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ntibisanzwe : Muri kenya wa mu Pastor yahora akorakora amabere yabagore ngwari kubasengera, akigira uwukiza abagwayi ba sida, ivyiwe vyamuhinyukanye

UBM News ads

Mu gihugu ca Kenya umugabo wumu Pastor yahora yigira umusenzi karuhariwe, agakorakora amabere yabagore ngwari kubasengera, akigira uwukiza abagwayi ba Sida kandi ari ububeshi, ivyiwe vyamuhinyukanye kuko ibanga yahora akoresha ryagiye ahabona.

kanyari

Ikinyamakuru KTN gikorera muri Kenya, giheruka gushira ahabona video yerekana uburyo uno mu Pastor yahora abesha abantu kugirango bemere ko akoreshwa n’Imana, ivyo vyose akaba yabikora kugirango bimwizinjirize amahera munzira zo kubesha abantu.

Ibintu Imana yavuze muri Bibiliya Yera biriko biribonekeza kuko ngo mu minsi ya nyuma, hari benshi bazoza biyitirira izina ryiwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments