Ntibisanzwe : Muri Kenya umugore yakase igitsina c’umugabo wiwe cose kiravako, wunvise impanvu yabimuteye iratangaje !

0

Hano kurino si tubayemwo ibintu bikorwa n’abana b’abantu biragoye gutahura, umugabo aba muri Kenya w’imyaka 29 ubu arwariye mu bitaro nyuma yaho umugore wiwe bari bamaranye imyaka irenga 8 amukatiye igitsina ciwe.