UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ntibisanzwe : Menya hano ikindi kintu kibabaje cane ” Agathon Rwasa ” yongeye gukorerwa !

UBM News ads

Abanyeporitike bamwe bamwe barababajwe nuko batatumiwe mu nama yari yatunganijwe n’umugwi CENI kuri uyu wa kabiri.

agathon rwasa

Agathon RWASA acemeza ko ariwe arongoye umugambwe FNL avuga ko umugwi CENI watanguye gukumira bamwe bamwe mu banyeporitike mu bijanye n’amatora yo mu mwaka 2015.

N’imvugo ni nkiyo mu mugambwe UPRONA urongowe na Charles NDITIJE ariko atemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu. Charles NDITIJE akavuga ko umugwi CENI ushobora no kutazobaza bose mugushiraho imigwi y’amatora mu ntara no muma komine. NDITIJE amenyesha ko bitumvikana kubona hatumirwa Coniclie NIBIGIRA hagutumirwa inzego zatowe mu mwaka 2009 ngo zirongore umugambwe UPRONA.

Sources : Bonesha FM

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments