Ntibisanzwe ” Leta y’Uburundi irasaba infashanyo abanyagihugu mu gutanga amafaranga yo gukoresha mu matora y’ 2015.

0

Leta y’Uburundi isaba abanyagihugu n’abandi bose babishaka gutanga amafaranga yo gukoresha mu matora y’ 2015.

peter

ibi bibaye nyuma yaho abahora bafasha u Burundi bahagaritse infashanyo bahora batanga aho twovuga nk’Umuryango w’ubumwe bw’uburaya wavuze ko uzahagarika imiliyoni zirenga zibiri z’amadorali (USD 2,000,000) yari gufasha mu matora.

UBM News tubibutse ko Petero Nkurunziza aheruka gutera umukono kw’itegeko rijanye no guterera amatora ategekanijwe mu gihugu, iyo ntererano ikaba ingana n’imiriyoni 25 z’amafaranga y’abanyaburaya,ni ukuvuga imiriyaridi 44 z’amarundi.