Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsNtibisanzwe '' Iyi ni Video y'abana babiri bafise imyaka 12 bakaba baravutse...

Ntibisanzwe ” Iyi ni Video y’abana babiri bafise imyaka 12 bakaba baravutse bafatanye ”

SHIVANATH NA SHIVRAM SAHU n’abana bamahasa bavukiye muri India ariko bakaba baravukanye ubumuga bwo kuvuka bafatanye, Doctor wo muri Indian ubwiwe aravuga ko nubwo abo bana bafise imyaka igera kuri 12 ariko ngo birashoboka ko bashobora kubatandukanya, Abavyeyi nabo babano bana ubwabo baravuga ko ari ikibazo gikomeye ariko vyose ngo barabishimira Imana ” Papa wabo bana yagize ati : Nubwo Doctor yavuze ko bishoboka ariko jewe ntabwo nshobora kwemera ko abatandukanya, Imana niyo yabaremye nkuko ubwo bazokwemera baze baratambuka nkuko nyene , bazuguma kuno nyene jewe ntakindi kintu nkeneye.

Raba Video hano Musi yabo bana bavukanye ubumuga !

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments