Ntibisanzwe : Hussein Radjabu agiye gukora ikintu kitoroshe kuri Petero Nkurunziza, Raba hano.

0

HUSSEIN RADJABU umwe mubahoze arongoye umugambwe CNDD-FDD, ati ngo kurya yavuye mwibohero bigatangaza Petero Nkurunziza kandi ngwagasohoka adashaka, ngo ni nako nivyo bariko barategura bizomutangaza cane !

hussein

Petero Nkurunziza ngw’ariko aratera ubwoba abanyagihugu hamwe nabanyepolitike ariko HUSSEIN RADJABU we ngo ntabwoba afise kuko ngo yobutera abatamuzi.

Kurikirana Video yose hano.
[youtube id=”Coc-HN3mpm0″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]