M’urutonde rw’inkuru zishushe kandi ziteye ubwoba mubijanye nivyo kwemera Imana , iyinkuru y’uyumu Kenya irateye ubwoba cane . Uyomugabo mubona yitazira yuko ari Imana nshasha iganza isi.
Nkuko vyatangajwe na Television yo muri Kenya ( TV K24 ) uno mugabo bavuga ko afise abagore 5, hamwe n’abana barenga 400.