Abasirikare bu Burundi bagenda bacungereye bimwe bikomeye abari mu myiyerekano ” Raba hano

0

Ibintu ngo bisa nibitanguye gufata intumbero nshasha. Mu Nyakabiga ibintu vyahatswe kugorana, Abapolisi bateye ivyotsi lacrymogènes mu bagira imyiyerekano no mu basirikare. Ubu rero abariko baja mu gisagara ngo bagenda bakingiwe n’abasirikare bimwe bikomeye, abapolisi nabo ngo bumiwe!

bdi prote

Ngagara iriko iraja mu gisagara mu mutekano ntangere. Kanyosha abanyagihugu baherekejwe n’abapolisi n’abasirikare. Musaga bariko baja mu gisagara bitoroshe. Ku bumwe abanyagihugu bariko baramanuka baja mu gisagara. Ruziba, Buhonga, Buterere, Kinama na bone baratanguye.

UBM News tuza kuguma tubamenyesha Amakuru ajanye nibiriko birabera mu Burundi ubwo mugume hafi.