Mu gihugu ca Tanzania , mu birori vy’ubukwe vyari vyabereye murugo rw’umuryango batashatse gutangaza amazina, abagore n’inkumi baratamvye maze kubera kunezerwa cane, baca bahitamwo gukuramwo impuzu zose batamba bambaye ubusa.
Uku niko vyatanguye akuramwo impuzu yari yambaye.
Muri ibi birori vyagaragara ko harimwo abagore n’abagabo benshi, umwe mu bagore yari ngaho niwe watanguriye abandi gukuramwo impuzu maze nabo barikumwe baboneraho kuzikura, abari ngaho vyarabatangaje cane kuburyo abari bafise ama telephone afotora bahise baratangura kubafotora.
Amaze kuzikura yahise atangura gutamba umuziki
Nyene urugo ari nawe wari wakoresheje ibi birori kubera urusaku rwari ngaho abantu bavuza urwamo cane, nyene yahise asaba abo bari bambaye ubusa ko bakwambara ikindi naco nuko yahise afunga umuziki wariko uravuzwa.
Recent Comments